CHRIS DIZZO AZITABIRA IGITERAMO C’UMURIRIMVYIKAZI CHILOLE from TZ ABO MURI CAP TOWN KAZE MWESE

By  |  0 Comments

Mugihugu ca Africa du Sud gisanzwe kibamwo umuririmvyi w’umurundi anzwi cane mu muziki w’uburundi gukora indirimbo nyinshi cane gose ndetse akaba yaranamaze kuza mu Burundi gukora ibiteramo bitari bike uwo muririmvyi muzi ni CHRIS DIZZO yakoranye isanamu nziza n’umuririmvyikazi CHANY QUEEN.

 

CHRIS DIZZO akaba azitabira igiteramo ca gakura kizomuhuza hamwe n’umwigeme w’umuririmvyi akomeye cane muvy’umuziki wa Africa yose asanzwe avuka mugihugu ca TANZANIA akaba yitwa CHILOLE akazoba ari mugisagara ca CAP TOWN muguteramisha abanyanyi b’umuziki wa EAST AFRICA tutibagiye aho igihugu cacu c’uburundi kizoserukirwa n’umuririmvyi CHRIS DIZZO kuko kino giteramo c’uzuyemwo ibihangange gusa mu muziki wa AFRICA.

1

RABA NEZA NGAHO KURI COVER YA CONCERT UKABA USANZWE UBA MUGISAGARA CA CAP TOWN UZOZE WIRABIRE BANO BARIRIMVYI UKUNTU BAZOBICA BIGACIKA.

Abakunzi b’umuziki w’uburundi canke wa EAST AFRICA musanzwe muba mugisagara ca CAP TOWN twobabwira mwoshobora kwitegereza neza ikiganga igiteramo giye kuzoba kuno kwezi itariki 15/11/2014 hazoba ari k’umunsi wa GATANDATU uza ntuzotangwe kuza muri benshi kuko umuriro uzokwaka muguteramishwa nabo baririmvyi batavyorosha kandi mwakunze indrimbo zabo zitari nke kandi twokubwira ko umuririmvyi wacu w’umurundi CHRIS DIZZO yamaze kwemerera aba fans biwe b’indirimbo ziwe ko atazobatetereza mukubaryohera mukwrekana ko ashoboye mugihe kandi mwamuheruka kera mubiteramo vyaho CAP TOWN rero kaze muri benshi igiciro mukwinjira azoba ari  R150RV.IP hama uri SINGLE uzokwinjira utanze R 100.

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *