ITANGAZO BISABWA KO ABANTU BOSE BASHIKA KARE EJO KURI Prince Regent Charles gusezera ubwanyuma DR. JACK PRO

By  |  1 Comment

Itangazo ridasanzwe kubaririmvyi n’abaririmvyikazi hamwe n’abakunzi b’umuziki w’uburundi , abamenyeshamakuru mwese b’igihugu c’uburundi aho muva mukagera ko woshobora gushika ejo ku munsi wa kabiri hakiri kare cane gose mumasha y’igitondo igihe c’isaha zibiri zuzuye mukuzoza gusezera ubwanyuma umuhinyanyuzi DR. JACK PRO tutibagiye nama MEDIA yose akorera kumubuga za INTERNETmusanzwe muba muburundi ko mwosidukana iyonka kubitaro vya Prince Regent Charles biri i Bujumbura aho hasanzwe habitswe ikiziga ca DR. JACK PRO.

Rio-Khaled Hospita 6 (Medium)

Tworangiza tubamenyesha abantu mwese muri mugisagara ca Bujumbura gushika kare mushobore gutanga isha zibiri turavuga ko mwoshobora kuba mwashitse kubitaro vya Prince Regent Charles igihe c’isaha imwe z’igitondo imbere yo gusezera uwo twakunda cane gose nyakwigendera DR. JACK PRO yakora muri Studio ihinyanyura indirimbo z’abaririmvyi n’abaririmvyikazi yitwa GOLDEN STAR RECORD irongowe n’umuririmvyi akaba n’umuhinyanyuzi KOOK – K PRO. Tugusaba uzoshike kare cane gose gusezera imbona nkubone ikiziga c’a DR. JACK PRO n’ejo igihe c’isaha zibiri z’agatondo kubitaro vya prince regent charles hospital Burundi.

bdi_hopital_princeregentcharles

Ibitaro vya prince regent charles hospital MURASABWA KUBA MWAHASHITSE IGIHE C’ISAHA ZIBIRI Z’AGATONDO ( 8 : 00 AM ) MUGUSEZERA IRYA NYUMA DR. JACK PRO

Share Button

Share Button

1 Comment

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *