Haiti: Abantu 34 Barishwe na Bus muri Hayiti

By  |  0 Comments

Muri Hayiti, abantu bashika 34 barapfuye bishwe na bus yabasanze aho bari mukigwi mugisagara ca Gonaives kur’uyu w’Imana.

Iyo bus yabanje kugonga abantu babiri bariko bagenda n’amaguru, yicamwo umwe. Munyuma umudereva ariko agerageza guhunga yaciye yirara mubacuraranzi bariko bacurarangira mw’ibarabara yicamwo 33 ubwo nyene abandi 17 barakomereka.

Icatumye iryo sanganya riba gushik’ubu ntikiramenyekana.



Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *