Donald Trump yahagaritse umugambi wo gukora iyindi ndege yo kuza iratwara aba president

By  |  0 Comments

Donald Trump aherutse gutsindira amatora ya Reta Zunz’ ubumwe bg’ Amerika, yahagiritse umugambo wo gukora indege yo kuza iratwara aba president n’ abategetsi b’ igihugu. Iyo ndege yari Gutwara amahera arenga ibiliyoni zine, akavuga ko ari kwonona ayo mafaranga kandi hariho nizindi ndege zari zihari zisanzwe zitwara abo bategetsi.




Donald Trump avuga ko amahera nkayo akwiye gufasha abanyagihugu bari muri Amerika n’ ibikorwa vy’ iterambere kugira ubuzi bugwire!

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *