ALINE VYUKA AZOHEZAGIRA ABANTU BARI AMERICA MURI LAUNCH ALBUM NISALAMA K’UMUNSI WA GATANDATU NOV.8.2014

By  |  0 Comments

Bantu b’Imna muba mugihugu ca Leta Nzuze ubumwe za America mwarateguriye imigisha n’imihezagiro y’Imana ku munsi wa gatandatu tugiye gutangura murino ndwi itariki 8/11/2014  Imana izocisha ku muririmvyikazi wayo ariwe ALINE VYUKA  agiye kuzobahezagira mugushira ahabona urutonde rwa ALBUM nshasha yiswe NISALAMA yakoreye mugihugu ca TANZANIA  haraheza nka mezi atatu ayishikanye AMERICA rero ALINE VYUKA akazoshobora kuyigaragaza mukubateramisha aririmba indirimbo zose zigize iyo ALBUM NISALAMA kandi  hazoba hariho n’abandi baririmvyi benshi bazoza kwifatanya hamwe na ALINE VYUKA babarundi baririmba indirimbo z’ihimbaza Imana nka :  WITNESS , CELESTIN BUKURU , ALEX , COMMEDIAN JIMY.

 

Nkuko twashoboye kubibona tunangora turanaganira n’umuririmvyikazi ALINE Vyuka aranavuga ko yiteguriye neza igiteramo kigiye kuzoba kuwa gatandatu uyu nyne tugiye gutangura twashaka kumenyesha abantu mwamaze gutahura Ijambo ry’iama ico rimaze mubuzima mugihe mwifatanije hamwe n’abakozi b’Imana bayihimbaza mundirimbo twokubwira ko mwoza kubwinshi cane gose kuko muzovayo muhezagiwe nabo baririmvyi bose twashoboye kudondagura iyo LAUNCK ALBUM NISALAMA y’umuririmvyikazi ALINE VYUKA ikabanza izoberamwo ni mugisagara ca  Illinois kiri ngaho nyene AMERICA.

Kaze kandi mu benshi ntimuzotangwe kuza guhezagirwa n’Imana ikoresheje abaririmvyi n’abaririmvyikazi bayo mukugargaraza ALBUM NISALAMA nshasha ya ALINE VYUKA , ukaba utarashobora gusobanukirwa neza ingene woshobora gushika mukibanza kizoberamo igiteramo raba neza kuri COVER ya ALINE VYUKA TO LUANCH A NEW ALBUM NISALAMA irabona ADDRESS izogushika muguteramana noguhezagirwa mundirimbo zitandukanye zizoririmbirwa ngaho Illinois twizere ko abarundi n’abarundikazi muri AMERICA mutazocikwa amavuta y’iamana hamwe n’imigisha muzohakura.

aline

ITEGEREZE NEZA BANTU B’IMANA MUZOZA KWIFATANYA HAMWE NABO BARIRIMVYI N’ABARIRIMVYIAKZI BAZOBATERAMISHA MUGUSHIRA AHABONA ALUM NISALAMA YA ALINE VYUKAZA TUGUSABE URABE ADDRESS Y’IKIBANZA BIZOBERAMWO

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *