Burundi: Isoko Nkuru ryaturiwe mu mwaka wa 2013, rigiye kwubakwa kandi bga kijambere

By  |  0 Comments

Ibisigarira vyahoze biri kw’ isoko nkuru ya Bujumbura bigiye gukurwaho mukwetegurira inyubakwa nshansha y’ iryo soko nkuru muri Bujumbura kuba aho itruririwe mu mwaka wa 2013.

Umushikirangaji w’ ibikorwa vya reta Jean Bosco Ntunzwe n’ Imana, yongera kuvuga kandi ko ibibanza vy’ aho amamodokari yunguruza abantu aho ahagarira hataratunganywa neza, ngo n’ icigwa bagiye kwiga kugira ngo barabe uko babitunganya, ariko hazobaho ama parkingi yabaje gusuma canke kudandaza.

Reta ikamenya ko rero igikorw co kuwbaka iyo soko kiri mu ngiro kandi bagiye kuyubaka bga kijambere!

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *