Witness Kabura niwe yinjiye muri Shemeza Artist Award 2017 FINALE

By  |  0 Comments

Mubari basigaye kwinjira muri FINALE hagati ya Sauti Ya Michael na Witness Kabura, aho bari banganyije, duca duha abanywanyi indwi imwe kugira batore murabo babiri.

Results:


Witeness Kabura niwe yinjiye muri FINALE aho yaronse amajwi 19 murino ndwi iheze, Sauti Ya Michael nawe akaronka 15.

Nubgo biruko, Sauti Ya Michael azotumirwa muri FINALE Concert aho nawe azoza kuririmba, ariko abazoba bari guhiganirwa ibibanza bitatu ni Eze Kwizera, Mireille Irankunda, Witness Kabura.

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *