SOMA AMAJAMBO SMALL DOGG LE PYGME YAVUZE KUBA RAPEUR BAGENZIWE MKOMBOZI na T – MAX & BIG FIZZO

By  |  1 Comment

Aho twaramutse turondera Umuriririmvyi LE PYGME SMALL DOG yabazwa n’ikinyamakuru cacu ivyo ariko arategurira abakunzi biwe,twongera tumubaza igituma abakunzi biwe baguma barwira ukwimisi yiyongera,we yishuye ati: Jewe kuva kera nararota umunsumwe ndiko ndakora indirimbo zishika kumitima yabantu,urungano kurundi nacane cane abaciyubwenge babona ko ivyo ndirimba ari ivyiyumviro bikuze kandi bifise akamaro Kubwivyo nka jewe mfise impano yo kwiyumvira vyinshi abandi batoshobora kwiyumvira ntegerezwa gukora ibishimisha ababikeneye ninaco gituma bankunda kuko barabona ko ntabaririmbira amahera,impuzu nziza,abakobwa beza,ibiyayuramutwe….jewe igituma bankunda nuko kandi ndirimba mukirimi bumva.Kandi ivyo bigatuma nabandi baririmvyi turi kumwe murungano baguma bakunda kuririmba ikirundi umuco wacu tukaguma tuwugarukira .

IMG-20141119-WA0002

LE PYGME SMALL DOGG

Twamubajije LE PYGME SMALL DOGG nimba atari ibanga umu raper wumurundi yakuze akunda yatubwiye kwari BIG FIZZO na T – MAX ariko yatubwiye ko T.MAX amufata nkumwami wa GHETTO RAP kuko ngo yamye yerekana urukundo ayifitiye naho bitakunda kwaririmba ikirundi ngo yamye amuraba kuri television akama yipfuza kumubona ariko ngo impano yiwe yarabikoze.

big-fizzo

BIG FIZZO

 

12

T – MAX

Ntiyagarukirije ngaho yavuze na MKOMBOZI ko we atamufata nkumu raper gusa ahubwo ko amubona nkumuntu aciyubwenge cane mugihugu ivyakora vyose ababizi kandi numuntu ijambo ryiwe ryama rifise agaciro.kubwiwe rero ngo arizera ko rap muburundi ihagarariwe kuko ngo nabarinyuma bafise impano zikomeye.twarangije tumushimira.

a

MKOMBOZI

Share Button

Share Button

1 Comment

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *