CHUWUWA HEINEKEN By MCMELLO NI CLIP VIDEO NSHASHA YAYIKOREYE MUGIHUGU MURI CANADA

By  |  0 Comments

Umuririmvyi MCMELLO mugihe haciye amezi ashika kurabiri yaratanguye gukora CLIP VIDEO yiwe nshasha y’indirimbo  CHUWUWA HEINEKEN yamaze kuyishira kumugargaro mukwereka aba fans biwe agace gatoya ka CLIP VIDEO  twokubwira ko utocika kuyiraba ubuhinga amasanamu yayo n’ambere cane gose biraboneka ko CLIP VIDEO  CHUWUWA HEINEKEN izoza iserukira igihugu c’uburundi mugihugu ca CANADA kubera umuririmvyi MCMELLO yashoboye kuyikorera bahinga batandukanye bigiye gufata ivyamasanamu.

 

62371_10152495120575026_410394362_n

MCMELLO aramenyesha aba fans biwe bose b’indirimbo ziwe bakunze atibagiye abakunze indirimbo yiwe  CHUWUWA HEINEKEN ariyo9 mpamvu yahisemwo kuyibakorera CLIP VIDEO mukubanezereza uno mwaka 2014 tugiye kuzozera aranavugako bokwitegura vuba inyuma y’indwi zitatu gusa CLIP VIDEO  CHUWUWA HEINEKEN izoba yamaze kuyigaragaza yose mukuzoshobora kuyibona kuko aranizera ko izobashimisha muri benshi cane gose. Nkuko mwashoboye kuyiraba agace kayo gatoya ngaho.

Share Button

Share Button

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *